Yosuwa 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova abata mu muvurungano imbere ya Isirayeli+, maze batangura kubagandagura, inganda ziratikira bimwe bikomeye i Gibeyoni+, babakurikira baciye mu nzira y’umudugo wa Beti-horoni, barabasasika gushika i Azeka+ n’i Makeda+.
10 Yehova abata mu muvurungano imbere ya Isirayeli+, maze batangura kubagandagura, inganda ziratikira bimwe bikomeye i Gibeyoni+, babakurikira baciye mu nzira y’umudugo wa Beti-horoni, barabasasika gushika i Azeka+ n’i Makeda+.