Yosuwa 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuri uwo musi Yosuwa afata Makeda+, ahakubitisha ubugi bw’inkota. Umwami waho na we amutikizanya n’igifise ubuzima cose cariyo+. Ntiyasigaza n’umwe. Gutyo, agirira umwami wa Makeda+ nk’uko nyene yari yagiriye umwami wa Yeriko. Zaburi 139:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Noja hehe ngo mpunge impwemu yawe+,Kandi mu maso hawe nohahungira hehe+? Amosi 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nibinyegeza kw’isonga rya Karumeli, nzobaronderayo nitonze nshirwe ndabafashe+. Nibihisha amaso yanje hasi mu kiyaga+, nzotegekerayo inzoka, ibakomore.
28 Kuri uwo musi Yosuwa afata Makeda+, ahakubitisha ubugi bw’inkota. Umwami waho na we amutikizanya n’igifise ubuzima cose cariyo+. Ntiyasigaza n’umwe. Gutyo, agirira umwami wa Makeda+ nk’uko nyene yari yagiriye umwami wa Yeriko.
3 Nibinyegeza kw’isonga rya Karumeli, nzobaronderayo nitonze nshirwe ndabafashe+. Nibihisha amaso yanje hasi mu kiyaga+, nzotegekerayo inzoka, ibakomore.