5 Nuko bakoranira hamwe maze baraduga, abami batanu b’Abamori+, ni ukuvuga umwami wa Yeruzalemu, umwami wa Heburoni, umwami wa Yarimuti, umwami wa Lakishi, umwami wa Eguloni, bo hamwe n’amakambi yabo yose, barakambika ngo batere Gibeyoni maze barayirwanya.