Yosuwa 10:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko Yehova ahatanga na ho nyene be n’umwami waho mu kuboko kwa Isirayeli, bakubitisha ubugi bw’inkota aho hantu n’igifise ubuzima cose cariyo. Ntibasigazayo n’umwe. Gutyo, bagirira umwami waho nk’uko nyene bari bagiriye umwami wa Yeriko+. Yosuwa 10:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko Yehova atanga Lakishi mu kuboko kwa Isirayeli ku buryo bahafata ku musi ugira kabiri, maze bakubitisha ubugi bw’inkota aho hantu n’igifise ubuzima cose cariyo+, bahagirira nk’ivyo bari bagiriye Libuna vyose.
30 Nuko Yehova ahatanga na ho nyene be n’umwami waho mu kuboko kwa Isirayeli, bakubitisha ubugi bw’inkota aho hantu n’igifise ubuzima cose cariyo. Ntibasigazayo n’umwe. Gutyo, bagirira umwami waho nk’uko nyene bari bagiriye umwami wa Yeriko+.
32 Nuko Yehova atanga Lakishi mu kuboko kwa Isirayeli ku buryo bahafata ku musi ugira kabiri, maze bakubitisha ubugi bw’inkota aho hantu n’igifise ubuzima cose cariyo+, bahagirira nk’ivyo bari bagiriye Libuna vyose.