Gusubira mu vyagezwe 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+, Yosuwa 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Bene Isirayeli bisahurira isahu ryose ry’ivyo bisagara n’ibikoko vy’ibitungano+. Abantu bose ni bo gusa bakubitishije ubugi bw’inkota gushika babazimanganije+. Ntibasigaza uwuhumeka n’umwe+.
16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,
14 Bene Isirayeli bisahurira isahu ryose ry’ivyo bisagara n’ibikoko vy’ibitungano+. Abantu bose ni bo gusa bakubitishije ubugi bw’inkota gushika babazimanganije+. Ntibasigaza uwuhumeka n’umwe+.