Abalewi 27:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+. Yosuwa 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Bene Isirayeli bisahurira isahu ryose ry’ivyo bisagara n’ibikoko vy’ibitungano+. Abantu bose ni bo gusa bakubitishije ubugi bw’inkota gushika babazimanganije+. Ntibasigaza uwuhumeka n’umwe+.
29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+.
14 Bene Isirayeli bisahurira isahu ryose ry’ivyo bisagara n’ibikoko vy’ibitungano+. Abantu bose ni bo gusa bakubitishije ubugi bw’inkota gushika babazimanganije+. Ntibasigaza uwuhumeka n’umwe+.