Guharura 33:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+. Gusubira mu vyagezwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+. Yosuwa 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze bishura Yosuwa bati: “Ni kubera ko abasuku bawe biganiwe neza yuko Yehova Imana yawe yari yategetse Musa umusavyi wiwe kubaha igihugu cose no kuzimanganya imbere yanyu ababa mu gihugu bose+; twaciye rero dutinyira cane ubuzima bwacu kubera mwebwe+. Ni co catumye tugira ivyo+.
52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+.
2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.
24 Maze bishura Yosuwa bati: “Ni kubera ko abasuku bawe biganiwe neza yuko Yehova Imana yawe yari yategetse Musa umusavyi wiwe kubaha igihugu cose no kuzimanganya imbere yanyu ababa mu gihugu bose+; twaciye rero dutinyira cane ubuzima bwacu kubera mwebwe+. Ni co catumye tugira ivyo+.