Gusubira mu vyagezwe 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ntimuze mugire ico mwongera kw’ijambo ndabategetse, eka ntimuze mugire n’ico mukura kuri ryo+, kugira ngo mugumye amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu ndabategetse. Gusubira mu vyagezwe 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ijambo ryose ndabategetse, muze mube maso murishitse+. Ntimuze mugire ico mwongera kuri ryo canke ico mukura kuri ryo+. Zaburi 119:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Wewe ubwawe watanze amateka yawe bwa bwirizwa+Ngo bayagumye bavyitondeye+.
2 Ntimuze mugire ico mwongera kw’ijambo ndabategetse, eka ntimuze mugire n’ico mukura kuri ryo+, kugira ngo mugumye amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu ndabategetse.
32 Ijambo ryose ndabategetse, muze mube maso murishitse+. Ntimuze mugire ico mwongera kuri ryo canke ico mukura kuri ryo+.