Itanguriro 32:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Yakobo atuma intumwa+ imbere yiwe kuri Esawu mwene wabo mu gihugu ca Seyiri+, akarere ka Edomu+, Gusubira mu vyagezwe 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Maze turahindukira tugenda tugana mu gahinga tujanye inzira y’ikiyaga Gitukura, nk’uko Yehova yari yambariye+; kandi twamaze imisi myinshi tuzunguruka umusozi Seyiri.
3 Maze Yakobo atuma intumwa+ imbere yiwe kuri Esawu mwene wabo mu gihugu ca Seyiri+, akarere ka Edomu+,
2 “Maze turahindukira tugenda tugana mu gahinga tujanye inzira y’ikiyaga Gitukura, nk’uko Yehova yari yambariye+; kandi twamaze imisi myinshi tuzunguruka umusozi Seyiri.