Yosuwa 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yosuwa agiriranira amahoro na bo+, agirana isezerano na bo kugira abareke babeho, abakuru+ b’ikoraniro baca barabarahira+. Yosuwa 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Duge aho ndi mumfashe, dutere Gibeyoni, kuko yagiriraniye amahoro na Yosuwa be na bene Isirayeli+.”
15 Nuko Yosuwa agiriranira amahoro na bo+, agirana isezerano na bo kugira abareke babeho, abakuru+ b’ikoraniro baca barabarahira+.
4 “Duge aho ndi mumfashe, dutere Gibeyoni, kuko yagiriraniye amahoro na Yosuwa be na bene Isirayeli+.”