Yosuwa 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yosuwa agiriranira amahoro na bo+, agirana isezerano na bo kugira abareke babeho, abakuru+ b’ikoraniro baca barabarahira+. Yosuwa 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nta gisagara cagiriraniye amahoro na bene Isirayeli kiretse Abahiwi+ baba i Gibeyoni+. Ibindi vyose babifashe biciye ku ntambara+.
15 Nuko Yosuwa agiriranira amahoro na bo+, agirana isezerano na bo kugira abareke babeho, abakuru+ b’ikoraniro baca barabarahira+.
19 Nta gisagara cagiriraniye amahoro na bene Isirayeli kiretse Abahiwi+ baba i Gibeyoni+. Ibindi vyose babifashe biciye ku ntambara+.