Gusubira mu vyagezwe 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ico gihe nyene dukura igihugu mu kuboko kwa ba bami babiri batwara Abamori+ bari mu karere ka Yorodani, kuva ku mwonga wa Arunoni+ gushika ku musozi Herumoni+; Gusubira mu vyagezwe 4:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 kuva i Aroweri+, iyiri ku nkombe y’umwonga wa Arunoni, gushika ku musozi Siyone, ni ukuvuga Herumoni+,
8 “Ico gihe nyene dukura igihugu mu kuboko kwa ba bami babiri batwara Abamori+ bari mu karere ka Yorodani, kuva ku mwonga wa Arunoni+ gushika ku musozi Herumoni+;
48 kuva i Aroweri+, iyiri ku nkombe y’umwonga wa Arunoni, gushika ku musozi Siyone, ni ukuvuga Herumoni+,