Gusubira mu vyagezwe 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abahori+ na bo kera baba i Seyiri, hanyuma bene Esawu+ barabomora, barabazimanganya imbere yabo baraheza baba ahantu habo+, nk’uko Isirayeli itegerezwa kugirira igihugu yiganzira, ico Yehova azobaha ata gukeka.)
12 Abahori+ na bo kera baba i Seyiri, hanyuma bene Esawu+ barabomora, barabazimanganya imbere yabo baraheza baba ahantu habo+, nk’uko Isirayeli itegerezwa kugirira igihugu yiganzira, ico Yehova azobaha ata gukeka.)