Itanguriro 27:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Maze Izahaki se wiwe amwishura ati: “Ehe uzoba kure y’ivu rimera ry’isi, no kure y’ikime co mu majuru hejuru+. Itanguriro 27:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”
39 Maze Izahaki se wiwe amwishura ati: “Ehe uzoba kure y’ivu rimera ry’isi, no kure y’ikime co mu majuru hejuru+.
40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”