Kuvayo 23:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Kandi nzoshinga urubibe rwawe guhera ku kiyaga Gitukura gushika ku kiyaga c’Abafilisitiya, no guhera ku gahinga gushika kuri rwa Ruzi+; kuko nzotanga mu kuboko kwanyu ababa mu gihugu, nawe uzobirukana vy’ukuri bakuve imbere+. Zefaniya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Baragowe ababa mu karere k’ikiyaga, ihanga ry’Abakereti+! Ijambo rya Yehova ni mwebwe rirwanya. Ewe Kanani, wewe gihugu c’Abafilisitiya, na wewe nzokurandura ntihagire uwukubamwo+.
31 “Kandi nzoshinga urubibe rwawe guhera ku kiyaga Gitukura gushika ku kiyaga c’Abafilisitiya, no guhera ku gahinga gushika kuri rwa Ruzi+; kuko nzotanga mu kuboko kwanyu ababa mu gihugu, nawe uzobirukana vy’ukuri bakuve imbere+.
5 “Baragowe ababa mu karere k’ikiyaga, ihanga ry’Abakereti+! Ijambo rya Yehova ni mwebwe rirwanya. Ewe Kanani, wewe gihugu c’Abafilisitiya, na wewe nzokurandura ntihagire uwukubamwo+.