Guharura 13:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yamara rero, ico twabonye co ni uko abantu baba muri ico gihugu bakomeye, kandi ibisagara bikingijwe ibihome ni binini cane+; bisubiye, twahabonye abavutse kuri Anaki+.
28 Yamara rero, ico twabonye co ni uko abantu baba muri ico gihugu bakomeye, kandi ibisagara bikingijwe ibihome ni binini cane+; bisubiye, twahabonye abavutse kuri Anaki+.