ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Aroni n’abahungu biwe baze barangize gupfuka ahantu heranda+ n’ibikoresho+ vy’aho vyose igihe ikambi izoba igira igende; inyuma y’ivyo bene Kohati bazokwinjira kugira babitware+, mugabo ntibaze bakore+ ku hantu heranda, kuko bopfa ata kabuza. Ivyo bintu ni wo mutwaro wa bene Kohati mw’ihema ry’ihuriro+.

  • Gusubira mu vyagezwe 31:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze Musa yandika iri tegeko+, ariha abaherezi bene Lewi+, abareruzi b’isandugu y’isezerano rya Yehova+, ariha n’abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli.

  • 1 Ngoma 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ico gihe ni ho Dawidi yavuga ati: “Nta n’umwe ategerezwa kurerura isandugu y’Imana y’ukuri kiretse Abalewi, kuko ari bo Yehova yatoye ngo barerure isandugu ya Yehova+ no kugira ngo bamukorere+ gushika igihe kitagira urugero*.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika