ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 40:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uze ubarobanuze amavuta nk’uko wayarobanuje se+, gutyo bankorere bwa baherezi, kandi irobanurwa ryabo rize ribandanye kubabera ubuherezi gushika igihe kitagira urugero mu mayaruka yabo+.”

  • Guharura 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mu nyuma Abalewi bazokwinjira gukorera kw’ihema ry’ihuriro+. Uze ubahumanure rero wongere ubazungazungishe irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+.

  • Guharura 18:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Zana kandi hafi bene wanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa so, muzanane, kugira ngo bashirwe kumwe nawe bongere bagukorere+, imbere y’ihema ry’Igishingantahe+, wewe n’abahungu bawe muri kumwe.

  • Gusubira mu vyagezwe 21:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika