Yosuwa 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuri uwo musi Yehova agira Yosuwa uwukomeye mu maso ya Isirayeli yose+, maze baramutinya, nk’uko nyene bari baratinye Musa, imisi yose y’ubuzima bwiwe+.
14 Kuri uwo musi Yehova agira Yosuwa uwukomeye mu maso ya Isirayeli yose+, maze baramutinya, nk’uko nyene bari baratinye Musa, imisi yose y’ubuzima bwiwe+.