Yosuwa 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abwira rero Yosuwa ati: “Uyu musi ndaza gutangura kukugira uwukomeye mu maso ya Isirayeli yose+, kugira bamenye yuko, nk’uko nabanye na Musa+, nzobana nawe+. Zaburi 75:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Imana ari yo mucamanza+.Uyu irashira hasi, urya igashira hejuru+.
7 Yehova abwira rero Yosuwa ati: “Uyu musi ndaza gutangura kukugira uwukomeye mu maso ya Isirayeli yose+, kugira bamenye yuko, nk’uko nabanye na Musa+, nzobana nawe+.