Gusubira mu vyagezwe 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi Yehova ni we agendera imbere yawe. Ubwiwe azogumana nawe+. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere. Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+.” Yosuwa 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nta n’umwe azohagarara imbere yawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Nk’uko nabanye na Musa ni ko nzobana nawe+. Sinzoguta canke ngo ndaguhebe buhere+. Yosuwa 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nk’uko twumvirije Musa mu kintu cose, ni ko na wewe tuzokwumviriza. Gusa, Yehova Imana yawe abane nawe+ nk’uko nyene yabanye na Musa+.
8 Kandi Yehova ni we agendera imbere yawe. Ubwiwe azogumana nawe+. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere. Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+.”
5 Nta n’umwe azohagarara imbere yawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Nk’uko nabanye na Musa ni ko nzobana nawe+. Sinzoguta canke ngo ndaguhebe buhere+.
17 Nk’uko twumvirije Musa mu kintu cose, ni ko na wewe tuzokwumviriza. Gusa, Yehova Imana yawe abane nawe+ nk’uko nyene yabanye na Musa+.