17 Maze bene Isirayeli bafata inzira, bashika ku bisagara vyabo ku musi ugira gatatu; nya bisagara vyabo vyari Gibeyoni+ na Kefira+ na Beyeroti+ na Kiriyati-yeyarimu+.
7Maze abantu b’i Kiriyati-yeyarimu+ baraza hanyuma badugana isandugu ya Yehova, bayinjiza mu nzu ya Abinadabu+ ku murambi, hanyuma Eleyazari umuhungu wiwe aba ari we beza ngo arinde iyo sandugu ya Yehova.