2 Samweli 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Dawidi n’abantu bose bari kumwe na we barahaguruka, baja i Bayale-yuda+ kudugana isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye ng’aho, iyitirirwa izina ryiwe, izina+ rya Yehova nyen’ingabo*+, uwicaye ku bakerubi*+. 1 Ngoma 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Dawidi akoranya+ rero Isirayeli yose, kuva ku ruzi rwa Misiri+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+, kugira ngo bazane isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye i Kiriyati-yeyarimu+.
2 Maze Dawidi n’abantu bose bari kumwe na we barahaguruka, baja i Bayale-yuda+ kudugana isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye ng’aho, iyitirirwa izina ryiwe, izina+ rya Yehova nyen’ingabo*+, uwicaye ku bakerubi*+.
5 Dawidi akoranya+ rero Isirayeli yose, kuva ku ruzi rwa Misiri+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+, kugira ngo bazane isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye i Kiriyati-yeyarimu+.