24 Izina ryawe+ niribe iryo kwizigirwa ryongere ribe irihambaye+ gushika igihe kitagira urugero, kugira ngo abantu bavuge bati: ‘Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli+, ni Imana kuri Isirayeli+,’ kandi inzu ya Dawidi umusavyi wawe ibe iyamaho imbere yawe+.