Yeremiya 31:1 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Ico gihe,” ni ko Yehova avuze, “nzobera Imana imiryango yose ya Isirayeli; na bo bazoba abantu banje+.” Abaheburayo 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo ubu bariko barondera gushikira ahantu heza kuruta, ni ukuvuga ahantu ho mw’ijuru+. Ni co gituma Imana idaterwa isoni na bo, ngo iterwe isoni no kwambazwa nk’Imana yabo+, kuko yabateguriye igisagara+.
31 “Ico gihe,” ni ko Yehova avuze, “nzobera Imana imiryango yose ya Isirayeli; na bo bazoba abantu banje+.”
16 Mugabo ubu bariko barondera gushikira ahantu heza kuruta, ni ukuvuga ahantu ho mw’ijuru+. Ni co gituma Imana idaterwa isoni na bo, ngo iterwe isoni no kwambazwa nk’Imana yabo+, kuko yabateguriye igisagara+.