ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nzogendera koko hagati muri mwebwe, nerekane ko ndi Imana yanyu+, namwe muzokwerekana ko muri abantu banje+.

  • Yeremiya 30:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Kandi muzoba koko abantu banje+, nanje mbe Imana yanyu+.”

  • Yeremiya 31:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Kuko iri ari ryo sezerano+ nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi+,” ni ko Yehova avuze. “Nzoshira itegeko ryanje muri bo+, kandi nzoryandika mu mutima wabo+. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”

  • Abaheburayo 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “‘Kuko iri ari ryo sezerano nzosezerana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu muzirikanyi wabo+, kandi nzoyandika mu mitima yabo. Kandi nzoba Imana yabo+, na bo bazoba abantu banje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika