ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 wewe ubwawe uze rero wumvirize uri mu majuru, uri ahantu hashimangiye uba+, maze ukore wisunze ivyo uwo munyamahanga azoba aguhamagariye vyose+; kugira ngo ibisata vyo kw’isi vyose bimenye izina ryawe+ kandi bigutinye+, nk’uko igisata cawe Isirayeli kigutinya, kandi bimenye yuko izina ryawe ryambarijwe kuri iyi nzu nubatse+.

  • Zaburi 72:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Izina ryiwe rininahaye nirihezagirwe gushika igihe kitagira urugero+,

      Ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+.

      Amen kandi Amen.

  • Matayo 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nuko rero musenge mutya+:

      “‘Dawe wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe+ niryezwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika