ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 30:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Amaherezo abaherezi, Abalewi, barahaguruka hanyuma bahezagira+ abantu; nuko Imana yumva ijwi ryabo, ku buryo isengesho ryabo rishika ahantu heranda iba, mu majuru+.

  • Zaburi 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.

      Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.

      Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu.

  • Zaburi 123:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 123 Ni wewe ndaramuriye amaso yanje+,

      Ewe wewe uba mu majuru+!

  • Abaheburayo 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko Kristu atinjiye ahantu heranda hakozwe n’amaboko+, aho hakaba ari ikigereranyo c’ahantu nyaho+, ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaho+, kugira ngo ubu aduserukire imbere y’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika