Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. Yesaya 49:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Raramura amaso weraguze irya n’ino, urabe. Bose uko bangana bakoranirijwe hamwe+. Baje kuri wewe. “Ndahiye ukubaho kwanje,” ni ko Yehova avuze+, “bose uko bangana uzobambara nk’udusharizo, kandi uzobiboherako nk’umugeni+.
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
18 Raramura amaso weraguze irya n’ino, urabe. Bose uko bangana bakoranirijwe hamwe+. Baje kuri wewe. “Ndahiye ukubaho kwanje,” ni ko Yehova avuze+, “bose uko bangana uzobambara nk’udusharizo, kandi uzobiboherako nk’umugeni+.