1 Samweli 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko kuva ku musi iyo Sandugu yatangura kuba i Kiriyati-yeyarimu, imisi iguma igwira, ku buryo iba imyaka mirongo ibiri, kandi inzu ya Isirayeli yose icurira intimba Yehova+.
2 Nuko kuva ku musi iyo Sandugu yatangura kuba i Kiriyati-yeyarimu, imisi iguma igwira, ku buryo iba imyaka mirongo ibiri, kandi inzu ya Isirayeli yose icurira intimba Yehova+.