ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Umumarayika wa Yehova akimara kubwira ayo majambo bene Isirayeli bose, abantu batangura gushira amajwi yabo hejuru, bararira+.

  • Nehemiya 9:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Mugabo bakimara kuronka akaruhuko, baca bongera gukora ibibi imbere yawe+, nawe ukabatanga mu kuboko kw’abansi babo, bakabahonyangira hasi+. Baragaruka rero bakagutabaza+, nawe ukumva uri mu majuru+ maze ukabarokora nk’uko imbabazi zawe nyinshi ziri, incuro n’izindi+.

  • 2 Abakorinto 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana utuma haba ukwigaya gushikana ku bukiriro ata wushobora kwicuza+; mugabo umubabaro w’isi uzana urupfu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika