ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 32:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Igicumuro canje naratevye ndakikwaturira, kandi ikosa ryanje sinaripfutse+.

      Navuze nti: “Nzokwaturira Yehova ibigabitanyo vyanje+.”

      Nawe warahariye ikosa ry’ibicumuro vyanje+. Sela.

  • Matayo 26:75
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 75 Petero aca yibuka ijambo Yezu yari yavuze ati: “Imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.” Aca arasohoka hanze, ararira arabogoza+.

  • 1 Yohani 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Iyo twemeye icese ibicumuro vyacu+, Imana ni inyizigirwa ikaba n’iyigororotse kugira ngo itubabarire ibicumuro vyacu yongere itwoze ukutagororoka kwose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika