ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nya baherezi bari bareruye isandugu+ y’isezerano rya Yehova baduze bakava hagati muri Yorodani kandi bagakurayo ibirenge+ vyabo bagahonyora ku butaka bwumutse, amazi ya Yorodani aca atangura gusubira mu kibanza cayo, ararenga+ inkombe zarwo zose nka mbere.

  • 1 Ngoma 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Abo ni bo bajabutse Yorodani+ mu kwezi kwa mbere igihe rwari rwarenze inkombe+ zarwo zose, maze birukana abo mu biyaya vyo hasi bose, mu buseruko no mu burengero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika