ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nayo Abarefayimu+, na bo nyene babonwa nk’Abanakimu+, kandi Abanyamowabu bahora babita Emimu.

  • 2 Samweli 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Abafilisitiya na bo barashika maze baguma bagendagenda irya n’ino mu kiyaya co hasi ca Refayimu+.

  • Yesaya 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: igihe umwimbuzi azoba ariko aregeranya intete zihagaze, n’ukuboko kwiwe kukimbura amahundo y’intete+, azocika nk’uwutorora* amahundo y’intete mu kiyaya co hasi ca Refayimu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika