Yosuwa 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma batikiza ivyari mu gisagara vyose n’ubugi bw’inkota, kuva ku mugabo gushika ku mugore, kuva ku musore gushika ku mutama no gushika kw’ishūri n’intama n’indogobwa+. Yosuwa 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko baturiza umuriro ico gisagara n’ikintu cose cari muri co+. Ifeza n’inzahabu n’ibintu vy’umujumpu n’ivy’icuma ni vyo gusa batanze ngo bishirwe mw’itunga ry’inzu ya Yehova+.
21 Hanyuma batikiza ivyari mu gisagara vyose n’ubugi bw’inkota, kuva ku mugabo gushika ku mugore, kuva ku musore gushika ku mutama no gushika kw’ishūri n’intama n’indogobwa+.
24 Nuko baturiza umuriro ico gisagara n’ikintu cose cari muri co+. Ifeza n’inzahabu n’ibintu vy’umujumpu n’ivy’icuma ni vyo gusa batanze ngo bishirwe mw’itunga ry’inzu ya Yehova+.