Yosuwa 13:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Akarere kabo kabaye aka: kuva i Mahanayimu+, Bashani yose, akarere k’ubwami kose ka Ogi umwami wa Bashani+, n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri muri Bashani, ibisagara mirongo itandatu. 1 Ngoma 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Segubu na we avyara Yayiri+, uwahavuye agira ibisagara mirongo ibiri na bitatu+ mu gihugu ca Gileyadi.
30 Akarere kabo kabaye aka: kuva i Mahanayimu+, Bashani yose, akarere k’ubwami kose ka Ogi umwami wa Bashani+, n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri muri Bashani, ibisagara mirongo itandatu.
22 Segubu na we avyara Yayiri+, uwahavuye agira ibisagara mirongo ibiri na bitatu+ mu gihugu ca Gileyadi.