Kuvayo 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Haciye igihe avyara umuhungu, Musa araheza amwita Gerishomu+, kuko yavuga ati: “Nabaye kavamahanga mu gihugu kinyamahanga+.” Kuvayo 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 atora n’abahungu biwe babiri+, umwe akaba yitwa Gerishomu+, kuko yavuga ati: “kuko nabaye kavamahanga mu gihugu kinyamahanga”;
22 Haciye igihe avyara umuhungu, Musa araheza amwita Gerishomu+, kuko yavuga ati: “Nabaye kavamahanga mu gihugu kinyamahanga+.”
3 atora n’abahungu biwe babiri+, umwe akaba yitwa Gerishomu+, kuko yavuga ati: “kuko nabaye kavamahanga mu gihugu kinyamahanga”;