Abacamanza 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko sebukwe, se wa nya mugore akiri muto, aramugumya, ku buryo abandanya kubana na we imisi itatu; bararya bakanywa, kandi yarara ng’aho+. 1 Petero 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mwakirane ata kwidoga+.
4 Nuko sebukwe, se wa nya mugore akiri muto, aramugumya, ku buryo abandanya kubana na we imisi itatu; bararya bakanywa, kandi yarara ng’aho+.