9 Wiyubare, mu mutima wawe ntihaze ijambo rigayitse+, ngo: ‘Umwaka ugira indwi, wa mwaka wo guheba imyenda, uregereje+,’ maze ijisho ryawe rigacika koko iryimanyi kuri mwene wanyu mworo+, ntugire ico umuha, akabwirizwa gusemerera atakambira Yehova akurega+, bikakubera igicumuro+.