Kuvayo 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ntibakwiye kuba mu gihugu cawe, kugira ntibazohave batuma uncumurako. Hamwe wokorera imana zabo, vyokubera umutego+.” Guharura 33:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+. Gusubira mu vyagezwe 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ntibabigishe gukora mwisunze ibintu vyabo vyose biteye ishishi bakoreye imana zabo, mugahava mucumura koko kuri Yehova Imana yanyu+. Abacamanza 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.
33 Ntibakwiye kuba mu gihugu cawe, kugira ntibazohave batuma uncumurako. Hamwe wokorera imana zabo, vyokubera umutego+.”
55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+.
18 kugira ntibabigishe gukora mwisunze ibintu vyabo vyose biteye ishishi bakoreye imana zabo, mugahava mucumura koko kuri Yehova Imana yanyu+.
21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.