Abacamanza 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko yinjira mu nzu yiwe, atora ikibugita hanyuma afata nya ncoreke yiwe, ayihimbaguramwo ibipande cumi na bibiri+ afatiye ku magufa yayo, araheza ayirungika mu turere twose twa Isirayeli+.
29 Nuko yinjira mu nzu yiwe, atora ikibugita hanyuma afata nya ncoreke yiwe, ayihimbaguramwo ibipande cumi na bibiri+ afatiye ku magufa yayo, araheza ayirungika mu turere twose twa Isirayeli+.