Gusubira mu vyagezwe 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 utegerezwa rero kurondera, ugatohoza, ukabariritsa neza+; maze nimba nya kintu cemejwe ko ari ukuri, kandi ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe hagati yawe, Yosuwa 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ibi ni vyo ikoraniro ryose rya Yehova+ rivuze: ‘Kubera iki mwahemukiye+ Imana ya Isirayeli, mukareka+ uyu musi gukurikira Yehova mu kwiyubakira igicaniro+, kugira ngo uyu musi mugararize Yehova? Abanyefeso 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 kandi mureke gufatanya+ na bo mu bikorwa vyabo birumvye vy’umwiza+, ahubwo nyabuna mubikangire+,
14 utegerezwa rero kurondera, ugatohoza, ukabariritsa neza+; maze nimba nya kintu cemejwe ko ari ukuri, kandi ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe hagati yawe,
16 “Ibi ni vyo ikoraniro ryose rya Yehova+ rivuze: ‘Kubera iki mwahemukiye+ Imana ya Isirayeli, mukareka+ uyu musi gukurikira Yehova mu kwiyubakira igicaniro+, kugira ngo uyu musi mugararize Yehova?