Yosuwa 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Namwe muzoca muhaguruka muve aho mubunze, maze mwigarurire igisagara; Yehova Imana yanyu azogitanga ata gukeka mu maboko yanyu+. Abacamanza 20:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze Isirayeli ishiraho abagabo bo kubundira+ Gibeya irya n’ino.
7 Namwe muzoca muhaguruka muve aho mubunze, maze mwigarurire igisagara; Yehova Imana yanyu azogitanga ata gukeka mu maboko yanyu+.