Yosuwa 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yosuwa na Isirayeli yose babona ko abari babunze+ bari bafashe igisagara be n’uko umwotsi wa nya gisagara wariko uraduga; barahindukira, batangura kwica abagabo b’i Ayi.
21 Yosuwa na Isirayeli yose babona ko abari babunze+ bari bafashe igisagara be n’uko umwotsi wa nya gisagara wariko uraduga; barahindukira, batangura kwica abagabo b’i Ayi.