Abacamanza 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Babandanya kuvuga bati: “Ni uwuhe mu miryango ya Isirayeli utaduze imbere ya Yehova i Mizipa+?” Nuko basanga ata n’umwe yari yaraje mw’ikambi, mw’ishengero, avuye i Yabeshi-gileyadi+.
8 Babandanya kuvuga bati: “Ni uwuhe mu miryango ya Isirayeli utaduze imbere ya Yehova i Mizipa+?” Nuko basanga ata n’umwe yari yaraje mw’ikambi, mw’ishengero, avuye i Yabeshi-gileyadi+.