ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze Nahashi Umwamoni+ araduga hanyuma arakambika ngo atere Yabeshi+ muri Gileyadi. Abagabo bose b’i Yabeshi baca babwira Nahashi bati: “Nugirane isezerano natwe kugira ngo tugukorere+.”

  • 1 Samweli 31:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ku bijanye na we, ababa i Yabeshi-gileyadi+ bumva ivyo Abafilisitiya bari bagiriye Sauli.

  • 2 Samweli 21:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko Dawidi aja gutora amagufa ya Sauli+ n’amagufa ya Yonatani umuhungu wiwe kuri bene amatongo b’i Yabeshi-gileyadi+, abari barivye ibiziga vyabo mu kibanza ca bose c’i Beti-shani+, aho Abafilisitiya bari barabamanitse+, ku musi Abafilisitiya bica Sauli i Gilibowa+.

  • 1 Ngoma 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ab’i Yabeshi+ muri Gileyadi bose bumva ivyo Abafilisitiya bari bagiriye Sauli vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika