2 Samweli 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Dawidi aca atuma intumwa ku bagabo b’i Yabeshi-gileyadi+ ngo bababwire bati: “Muragahezagirwa na Yehova+, kuko mwagiriye ubwo buntu bwuzuye urukundo+ umukama wanyu, Sauli, kubera ko mwamuhamvye+.
5 Dawidi aca atuma intumwa ku bagabo b’i Yabeshi-gileyadi+ ngo bababwire bati: “Muragahezagirwa na Yehova+, kuko mwagiriye ubwo buntu bwuzuye urukundo+ umukama wanyu, Sauli, kubera ko mwamuhamvye+.