6 Ico gihe Sauli abwira Abakeni+ ati: “Hogi, nimugende+, mumanuke muve hagati y’Abamaleki, kugira sindabazimanganye hamwe na bo. Wewe waragiriye ubuntu bwuzuye urukundo bene Isirayeli bose+ igihe baduga bavuye mu Misiri+.” Nuko Abakeni bava hagati muri Amaleki baragenda.