Abalewi 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova. Abacamanza 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi abagabo ba Isirayeli bari bararahiriye i Mizipa+, bati: “Nta muntu n’umwe muri twebwe azoshingira umukobwa wiwe Benyamini+.” Zaburi 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+. Matayo 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’
12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova.
21 Kandi abagabo ba Isirayeli bari bararahiriye i Mizipa+, bati: “Nta muntu n’umwe muri twebwe azoshingira umukobwa wiwe Benyamini+.”
4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+.
33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’