Yosuwa 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Intoranwa yabo bayihawe biciye ku bupfindo+, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse biciye kuri Musa ku vyerekeye ya miryango icenda na ca gice c’umuryango+. Abacamanza 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Igihe Yosuwa yarungika abantu, bene Isirayeli baciye bagenda, umwe wese ku ntoranwa yiwe, kugira ngo bigarurire igihugu+. Abacamanza 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko abantu bose bahaguruka nk’umuntu umwe+, bavuga bati: “Nta n’umwe muri twebwe aja kw’ihema ryiwe, eka kandi nta n’umwe muri twebwe akebereza ku nzu yiwe+.
2 Intoranwa yabo bayihawe biciye ku bupfindo+, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse biciye kuri Musa ku vyerekeye ya miryango icenda na ca gice c’umuryango+.
6 Igihe Yosuwa yarungika abantu, bene Isirayeli baciye bagenda, umwe wese ku ntoranwa yiwe, kugira ngo bigarurire igihugu+.
8 Nuko abantu bose bahaguruka nk’umuntu umwe+, bavuga bati: “Nta n’umwe muri twebwe aja kw’ihema ryiwe, eka kandi nta n’umwe muri twebwe akebereza ku nzu yiwe+.